Twibuke:
NDIRABIKA Augustin n'umucuraranzi akongera akaba n'umuririmvyi yarakomeye cane aho hambere. D'après umwana wiwe n'abana yareze bivugwa ko ariwe yatanguje Musique moderne mu Burundi. Hari indirimbo nyinshi ziwe twumva ku maradio kuva kera tukaziririmba ntitumenye ko ari iziwiwe. Ntakintu kibabaje nko kuba warakoze amateka nkayo yakoze ariko ntiwibukwe😒. Kubwivyo twashatse ku mugarukana mu mitwe no mumitima yanyu kugira ngo Impanuro yatanga n'umuziki mwiza yakoze bizofashe n'urunganwe rwubu rutagize amahirwe yo kumubona.
#kwibuka #NdirabiraAugustin
Негізгі бет Muratangara mwumvise uwaririmvye izi ndirimbo😳|Yabaye umu star avuye mu misozi|NDIRABIKA Augustin
Пікірлер: 61