arakoze cane aratanze impanuro zikomeye ,il est tres sage et intelligent ,Imana imugirire neza cane
@dieudonneayubu5197
9 ай бұрын
J'ai comparé les deux émissions de l'homme et de sa femme sur kumukubito bazosubirana kabisa kuko barubahana kuko ntibashaka kumaramazanya. Le motif émotionnel est la partie de la vie
@claudinendayizeye4619
9 ай бұрын
Imana ibikore kabisa
@ChristInMeHopeOfTheGlory
9 ай бұрын
Bari diplomatiq kabisa. Umw abay Pr w'urwanda, uwundi wa RDC, EAC yoronka amahoro
@cyriaqueniyomukiza4214
9 ай бұрын
Vyoba bihimbaye
@Hi5392
9 ай бұрын
@@ChristInMeHopeOfTheGlory 😂😂😂😂😂😂urwanda na rdc bijemwo gute???😂😂😂
Lasco aratekereje sana, ndamukunze numuhanga mubyo avuga Kandi numunyakuri, big up brother ❤from Rwanda
@raskobuja3150
Ай бұрын
Thanks
@kabosskdn2202
9 ай бұрын
Rasko ari humble sana ndamufana,nivyo abanyamusaga bahuye ntibikawushana najee ndiwe
@user-28Gerardineakimana
9 ай бұрын
Inzara iraryana fo Sana kbsa uwobitarabako Imana imurinde Inzara nukuri
@passynz295
9 ай бұрын
Rasko ur umuntu w'umugabo nakwemeye kuva turi bato, oser kuvuga ko ivy urugo vyanse ni bake babishobora hari nabahitamwo kwisigura nka wa mu Apotre numva ngo Yesu ngo Paulo nabo ntibarongoye...none wewe yari yarongoye kubera iki kandi yagera ikirenge muca Yesu wiwe?? Gushira amanga uti " Je ivy urugo vyarananiye...ubugabo buraho nyene!"😍👌👊
@KellyMbazu-sw6ml
8 ай бұрын
Très serieux uvuze ukurii Ni umuntuu wumugabo
@ladislasn3009
9 ай бұрын
Rasco jewe maze plus de 20 ans nubatse kandi neza ariko numvise ndagukunze gusumba kuko wishuye nk'umuntu w'umugabo kabisa et courage hanyuma Hosy nawe natahure yuko uko biba biri kwose ntiwovuga ngo washoboye mugihe bitakunze ko urugo rubandanya murukundo.Rasco big Up encore une fois
@raskobuja3150
9 ай бұрын
merci bcp 🙏🙏🙏
@didiergatabazi4382
9 ай бұрын
Aba rastaman ico ndabakundira ntabintu vyo kugigira baba bipanze neza😂
@didiergatabazi4382
9 ай бұрын
Gretta reglement z rastafalisme zaramunaniye gukwirikiza😂❤
@didiergatabazi4382
9 ай бұрын
Kandi rastaman ntuzosubire kurongora Abagore bubu bafise abazimu natwe baratunaniye Maze Kubana n batatu vyaranse ndakeseri ni Bibazo muri rusangi😂
@botiger7208
9 ай бұрын
@@didiergatabazi4382Erega Gretta ningurutsi araguruka kuva twigana yamye Ari umuntu akunda gusohoka cane rero yibaza ko no murugo aruko bizobandanya ibihe biha ibindi, courage Rasco
@wondersofcreation2344
9 ай бұрын
Rasco,j'ai été touché par la manière dont tu as compris expliqué votre divorce.
@raskobuja3150
8 ай бұрын
c la vie qui m'a apris merci🙏
@jordynzoomsin2701
8 ай бұрын
Greetings from Sweden! Uranyibukije Ubuzima bwabayemwo! Ugire umugishaaaa❤
@annickn.617
9 ай бұрын
Musaga hejuru cane!!Turi intwari batureke😂,Twaciye murivyinshi very true!! Thanks Clovis kuri interview nziza.
@PrincEloge
9 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe cane merci Hosy👏
@iteritekabenjos-xr7yv
7 ай бұрын
Raskooo ari sage ndamwemeraa avugaa nkuwuciy ubwengeee rastaa wa vrai🌹🌹🌹🎯🥰
@sirenvibestv
9 ай бұрын
Mwiriwe na Mwaramutse ku bakunzi bacu cane cane abakunzi b’ikiganiro my journey Uyu musi turigira ku nkuru y’ubuzima bwa Clovis Blaise KORICIZA benshi bazi kwizina rya Rasko. Uyu numwe mu ba jeune bafatiye runini industry ya entertainment y’Uburundi akaba yarigeze no kuba umutware wa Gretha asanzwe akora ikiganiro “Girlfriend “ Ikiganiro utagihejeje uzoba uhomvye ibintu vyinshi cane biryoshe kandi vyigisha😍
Ubundi Rasko ukoze inyigisho nomurusengero kinogiganiro cokora ubundi abakozi b Imana bakwiye ku developpa coûte zose spirituel Na coûte yubuzima busanzwe merci
@itekachristadivine8993
9 ай бұрын
Ikiganiro ciza...merci Hosy et rasko❤❤❤❤❤
@carinemanirambona2708
8 ай бұрын
Wowoooo narinarondeye ahonkuzi ndahabura Clovis wakundana na Nadine umuhungu wa Rose much respect bro 🙏.
@reineiyengenge4497
9 ай бұрын
Sha rasko ndagukunze pe ukuntu uguma wubaha uwo mwavyaranye magré les défits de la vie.burya kuba sage nikintu gikomeye cane bihe icirwa abirirwa baravuga nabi abo bigez kubana hama bakadivorça still loving u mwe na gretta.
@raskobuja3150
8 ай бұрын
ntaco bimaze kumuvuga nabi ntibica bingira umwere
@boboyann
8 ай бұрын
Am late but ... let me sit down and watch 😊😊😊 Clovis u gat ma back ❤
For really Rasko merci urumuntu wumushingantahe👌👌👌👌
@raskobuja3150
8 ай бұрын
merci bcp
@anniellamuhimpundu6484
9 ай бұрын
Ikiganiro cuyu musi kirankozeho caane Merci Hosy. KORICIZA Clovis ni umu vrai Rasta wukuri n'Ubuntu.Emission irambereye number one kuzindi émission zooose. Murakoze
@izereborisbienfait3770
9 ай бұрын
VrE rasta kabisa..
@raskobuja3150
8 ай бұрын
murakoze
@jordynzoomsin2701
8 ай бұрын
Aho sha! Umwana nuwa mwese uri intwari cane kandi uri akarorero❤
@raskobuja3150
8 ай бұрын
urakoze cane
@immaculeensabimana2097
9 ай бұрын
Nukuri ikikiganiro cari chiza sana kinyibukije vyinshi 😭
Пікірлер: 356