I like the way she is educated and aware of her health condition including complications bizanana such as cardiovascular diseases, etc GIRL that's 50% cure. Abantu benshi ba failinga kubera ignorance batamenya how to deal/control their condition. I don't know you but I'm just proud of you 🎊
@dinadispinanininahazwe8153
5 ай бұрын
Chère Illona, je sais que tu es très dynamique, bisigurako izo ngwara zitazokuzako mw'Izina rya Yezu. Merci Ku ntambwe wateye pour encourager les autres à être fier de soi. Imana ibahezagire cane, SV et ses invités
@nadgashi7827
5 ай бұрын
Trop intelligente pour son age birarenze. Plus, you are sooooooo beautifull 😍 🤩
@LorraineAyinkamiye
5 ай бұрын
𝐶𝑛𝑒𝑒𝑒𝑒𝑒
@giovanieniyonzima9752
5 ай бұрын
Ilona turagukunda uko nyene Chr uri mwiza cane❤❤❤❤❤nabonze bararwara ivyo birwara, vyose n'Imana kibondi
@guybertrandnishimwe6528
5 ай бұрын
Uri ikibaju d plus uri trop intelligente kuriy âge yawe naw Hosy mrc k biganiro uzuraduha courage
@MilkaIgiraneza
5 ай бұрын
Tu as toujours été si mature chérie🥹 Illona uratesa bisous il y'a des gens qui t'aiment just the way you are ❤️🫂
@AngelG410
3 ай бұрын
Don't let them get you Girl🥹YOU ARE GORGEOUS, SMART, and AWESOME 😘 for the people always saying bad things thank you next.
@floramuhimpundu8184
5 ай бұрын
Wonderfully and fearfully made Illona❤❤❤❤et surtout Très intelligente
@Ghostii_5
5 ай бұрын
She's such a beautiful soul..❤
@AnnyCheillaGATEKA
5 ай бұрын
Uratesaaa 😍Kandi ufise na personnalité itesaaa😍
@hortenseiradukunda6226
5 ай бұрын
So adorable and intelligent..Araza ndamu motivE pr l sport😇
@pascalinebarandereka2349
5 ай бұрын
We love u wang❤😘from Nyakabiga🤞👌
@thediaricch1566
5 ай бұрын
Proud of you couz🥺🫶🏾
@elisabethnzeyimana-ms5dd
5 ай бұрын
Je l'adore tellement ❤ Moi aussi j'ai presque vu cette situation
@christelle2465
5 ай бұрын
Jolie demoiselle, amaso y ibikere ntabuza abavoma. Abantu bazokwama bavuga wonze uvyibushe urimuremure mugufi ... rero ibereho wongere ubeho unezerewe. Igikuru wite kumagara yawe nico cingenzi. Un peu de sport manger équilibré birafasha. Du courage ma belle.
Oya Cher nukuri humura ntabigwara injira muri Yesu neza ntabwo kubera uvyibushe uca uba umu candinent wingwara hoya 😢😢😢humura ntabigwara iryojambo ntuzongere kurivuga
@christasarahsezerano6129
5 ай бұрын
Love you Illo ❤️
@__KANZIZA
5 ай бұрын
Arateusaaan 🥰🥰
@niyongabirefrancine8434
5 ай бұрын
Uti beshi baragutinya! Nind yabiguhenz?
@ArianeNikuze
5 ай бұрын
Nanje ndafise umwana ameze uko sha
@KamarizaViolette-zm5bw
5 ай бұрын
Niki bajou shaa
@loicshi1403
5 ай бұрын
Ewe Hosy, ne te crois pas grande, tu as beaucoup a apprendre a presque 28 ans. Wang est tres mature et intelligente. Ati umurusha presque 10 ans, uracari muto ivyokwiga ku buzima nivyo vyinshi, iga guca bugufi.
@CaritasKAVAKURE
5 ай бұрын
Osy ndondera ndakurangire inzu
@bi26
5 ай бұрын
Uwo mu invitée ari cool vya hatari.
@sandrineniyonkuru4883
5 ай бұрын
Urikibajou caaane ndashak kotwoba abagnziii
@AllaboutHosy
5 ай бұрын
Usize like yawe kuriki kiganiro, ukanagi partagea uzoba udufashije cane🥹🙏🏽❤️
@ak_Clairia
5 ай бұрын
Ilona 🫂🫂🫂🫂🫂❤️❤️
@jacksonenock4160
5 ай бұрын
Urigumir uk ntac uzob ❤
@loicshi1403
5 ай бұрын
Ega ivyo nivyabindi bavuga ngo umuntu wese aremwe mwishusho ry'IMANA, si vous ne pouvez pas respecter toute personne, comme vous respectez DIEU(si c'est le cas bien sur); sachez que vous manquez de respect. Umuntu wese ubwiye nabi kubera uko aremye, asa, muzoba mumanuje IMANA yo itihenda. Les burundais ont a un grave probleme d'ignorance, et on s'etonne qu'on vive dans la misere. Wang t'es une femme merveilleuse, que DIEU t'accorde la paix.
@sarahnitonde4298
5 ай бұрын
🥺🫂❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@loicshi1403
5 ай бұрын
Abarundi bamwiga kuvuga make donc, pour eviter de blesser les gens inutilement
@ArianeNikuze
5 ай бұрын
Oya chérie abarundi turi ingérant gose. Jewe bamwe nije ndabishura ma fille we arinumira. Baravuga ubusa ukumva wobakubita. Ariko nawe ntashobora kuja murugo rwumuntu amaze kumuvuga yumva.
@sirenvibestv
5 ай бұрын
Awwwww🥹🥹🥹 ugume umuganiriza umwibutse ko ari mwiza uko yaremwe kwose
@irakozefelicite-tg5rh
5 ай бұрын
Niki bajou
@carrelmazameza2962
5 ай бұрын
Jewe nari obèse ariko vyaraheze, birahera pole pole ntakwifrakasa gushiramwo umwete ibiro biriheza kidogo kidogo
@bellardnijimbere1423
5 ай бұрын
Afise 20ans gusa jewe nka 25ans
@kalyka4107
5 ай бұрын
Justement nibaza ko yaje kuvuga ku ma commentaires nkaya....
Пікірлер: 51