REKA NDAGUSHIMIRE WEWE WAHISEMWO NEZA UGAHITAMWO KUBA UMUFANA WA INKINZO TV ABO DUTANGURANYE IYI SERIES BAZOBANDANYA KUYIRABA GUSHIKA KWIHEREZO MUMPE LIKES
@utujejosiane5232
Жыл бұрын
Collage cane gose✍️✍️✍️
@gashashaaudrey3883
Жыл бұрын
Izohora isohok ryari n'a ryari???
@Eastafricacommunity257
Жыл бұрын
Ntitwigera tu déconna👌📺❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
@ezechieltuyisenge2219
Жыл бұрын
Kbs turikumw naw gushika Aho uzoduhra akaruhuko kuk ub twaj eo niw ufis kuduhagarika wubahw cn 🙏
@mwumbagottalent2724
Жыл бұрын
our boy Joachim Smith! ngozi to another level🔥🔥
@indirimbotv59
Жыл бұрын
Yooooh nimuntaruts next part
@malachienkurunziza1568
Жыл бұрын
kabisa numuti wa corona karakoretse kumpanuro zikaze
@enockneyb
Жыл бұрын
Waooo film nziza uwutobatera intege yoba arumwansi witerambere
@jessicahimbaza650
Жыл бұрын
Based on true story♥️. Ntukicuza reka hicuze Marraine na Diego( ba vrais)!! Ahbwo nezerew k wahisemo gutanga intahe ubicishije mur film, Intango yo gukira indwara n'ukuyirata. Aha wibohoye umuzigo munini . Ariko kimw gusa ntukicuze ahbw uhakur icigwa knd wigishije benshi. COURAGE à vous les acteurs.
@hildenyandwi1142
Жыл бұрын
Yooo nari nacerewe gato kuraba ibikorwa vya wangozi.reka nterame.ariko ndabona hazosha hatokomberee.Yohakimu big up.abaza nyuma yanje munipe likeee😍👍👍
Oooooh ifise amashusho yokurundirwego kabisaaa😘😍🇧🇮🇧🇮💪 Ivyana vyiza! Vyose ni good i like ths xomuch❤
@makanyagafilmscompany4247
Жыл бұрын
Kwerishaa
@bilalchch3993
Жыл бұрын
Iyo film nzoyikunda sana koharimwo makanyaga😂😂,ndamukunda sana Jew ifanta yiwe ndumv noyimuha kukuntu ntwenga ndamubony gusa,abony comment yanj anyandikir
Пікірлер: 282