Thank you for subscribing to our KZitem channel:
www.youtube.co....
Follow us on:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
FacebookPage: / fortran-bigiri. .
Twitter: / fortranbig. .
Website:fortranbigirim...
Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa KZitem:
www.youtube.co....
Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
Page Facebook: / fortran-bigiri. .
Twiter: / fortranbig. .
Site internet:fortranbigirim...
Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
A/C :Fortran Bigirimana
Amajambo :
Hari amabanga
Menya gusa
iyo nguteze ugutwi
Unganiriza gahoro
N’ijwi ry’urukundo
Ngo mbone gusa nawe (X2)
Ijwi ryawe niryiza
Imvugo yawe ntigira uburyarya
Urukundo rwawe
Ni rwiza
Rutuma uhora unkunda
N’iyo ntabibereye
Niga vyinshi
Ndavye ivyo ukora
N’uko ubikora
Biranyigisha
R)
Yesu uri incuti
Buri wese yokwifuza kugira
Kukugirira
Bindutira vyose
Ni we butunzi bukomeye mfise
mukunzi
Gumana nanje
Ncuti y’igihe cose
Ncuti nishimira
Ng’ ico ico ntazigera nicuza
Ng’ico ico nzohora nirata
N’igihe nzoba ndiko ndapfa
Nzovuga nti wambereye incuti nziza pe !!!
#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #israelmbonyi #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana
Негізгі бет Ncuti Nziza official video by Fortran Bigirimana
Пікірлер: 206