Indirimbo irimwo amajambo akomeye yo kuremesha no guhanura ingenzi zija mw'Ijuru yaririmbwe na Chorale ya mbere yo mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga kur'uyu w'Imana 12.09.2021
MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Негізгі бет Ngenzi, rema! Uzoruhuka - Pilgrim, take heart! You will get a rest||Chorale 1 Pentecôte Nyakabiga
No video
Пікірлер: 64