Ibi vya parrain na marraine nibaza ko abantu barondera icabona co kwemeza mu mategeko ( état civil) ko barongoranye.Kandi nibaza ko vyazananye nivy'amategeko abazungu bazanye. Ibisigaye mbona ataco bisigura kuko urugo ni babiri , ivy'urugo bimaze kuja hanze ruba rusenyutse.Mugabo hari naho abo baba babana bataba baravyiteguriye ngo bamenye amabanga y'urugo neza.
@audacenizigiymana6013
6 ай бұрын
none nimba urugo rwa Adam na Eve rwari ruhagariwe n'Imana hama satani akaba yarashoboye guca muryahumye Imana akabesha Eva kugira bave mw'isezerano... kandi bigakunda. icotuma uwuhagarariwe n'umwana w'umuntu rutosenyuka n'igiki??? Yewe urugo ni babiri hagiyemwo uwa 3 ruba rusambutse...
Пікірлер: 9