Thank you pastor nkunda cyane my God bless you all the time
@nibitangaabel6314
Жыл бұрын
Urakoz can 😂
@cesariehakizimana429
Жыл бұрын
AMEN ❤ ,iryo n'ijambo ry',Imana
@angejeanboscohakizimana2402
Жыл бұрын
😂😂😂😂 AMEN PASTOR
@ErnestNkusi-mm1yc
Жыл бұрын
Muze ndagushimiye kuduhugura byuzuye
@juvenalhavyarimana1418
Жыл бұрын
Pastor mbe igifyoti co ntibagiteye injugujugu? Eeeh ubwibone, abafise ibiyo vyo kwirabiramwo bakibona, babimenagure ubwibone butarabateza ingorane
@fulgence7
Жыл бұрын
Ni hatarium!
@divineimanizabayo6446
Жыл бұрын
Murwanda turafashizwe pee muhabwe umugisha n lmana
@biyongajuvenal
Жыл бұрын
Nibakumpere umubuserukizi bw'uburundi mu makungu cnk bakungirire umushikiranganji. Kandi aho ga wabivuze😅😅😅 Ivy'ijuru ni amabanga ndetse ibinyegezwa ata muntu n'umwe aba mw'isi abizi. Ni inyegezwa rero!!!
Biragoye iyo umuvugabutumwa avanga politique n'Ivyo Ijambo ry'Imana.Kubesha no gushikuza mugikorwa c'Imana nibibi.Mbe bishitse abatata bagasubiza hamwe,ubu naho hovugwa ubuhe butumwa kuvya Loti, Aburahamu na Yuda?????!!!!!!!! Hahahaha, reka kuvanga amasaka n'amahonda, Reka gupolitiza ijambo rya Ndiho. C'est très très très très dangereux.Fait demi tour,retourne à la croix.Qui à la ligne direct avec Dieu entre eux selon toi!!!! Ha ha ha ha ha. Bonne chance
Пікірлер: 129