Jew rero sintahura harumuntu numwe afise ububasha buruta ubwa president kuberiki atobafunga bose kubera nabantu bamwegereye gusa jew nibaza ahubwo ko afise abamugirira blackmail kubera ntivyunvikana ingene atabafata bose
@burundishallsmile1day109
Ай бұрын
@@DeeNero-ie2rd Ngirango ni Abari mu Mugambwe atinya ko v yoca bisambura Umugambwe mu Migwi. Kuko ntivyumvikana Igituma Avuga ariko adatanga Akarorero ka Bunyoni ! Umuntu yavuze ngo uwuzopfa imbere hagati about na we🤔
President avarest is a true leader. twese tumufashe dukuze igihugu, every corrupt officials must be arested or suspended. lets love our country,lets africa unite again.long live president
Uwurikunwe na Gahini namubwire ati Hoshi uwurikumwe na Neva mubwire Take FIVE 😂😂
@DeeNero-ie2rd
Ай бұрын
Ibaze president ararira kandi arafise nububasha bwogufunga bose kuva kuwambere hama twebwe abanyagihugu batoya ayotugowe
@havugimanajeanmarievianney5382
Ай бұрын
Hari. amategeko afunga si nko mubihugu bitubaha abaturage aba president batanga itegeko ryo gufunga uwo ariwe wese. Uwo mutima wawe uzawumvishe ukuri! Bigomba ubushishozi!
@munaniraanastase7025
8 күн бұрын
Ego KBC urakunda abanyagihugu kweri
@user-pm3tg2rr4d
Ай бұрын
Imana iragukunda
@mugumealex9873
Ай бұрын
This is why Burundi is the poorest country not only in Africa but also in the world, with Somalia close, behind. Babwire ko nu burundi aribwo buhetse ibindi bihugu byo kwisi mubukene, birababaje ibize kurushwa na Somalia, Igihugu gipfuye gihagaze😢😢pole sana
None ka Nyakubahwa ko twumva urira nabo nyene tukumva barira, nind ari mukuri? Erege twe Abenegihugu muratwica no mumutwe inzara yo twamaz kumnyera....
Monsieur le Président il faut voir que vous ne donniez le travail aux voleurs au lieux des travailleurs. Au burundi les surveillants volent. Éviter ces surveillants mon président.
@NiyokubahaStiven-kh6sn
28 күн бұрын
Mpanime ya see barund ndaguhay uhoraho akuzugam abobahagaz Munda abarundi ni bagoriyati papa wanj sebarundi niwew dawidi ukwiye kwica goriyati
Ikawa yanje iri ku mutumba MIRAMA,muri Bugendane, imaze imyaka hafi 3, Nipfuza kuyiranguza mu gihe c imyaka 5,izokwisubiriza. Igipimo kiri kuri hegitari 1 irengako hafi inusu n ibiti birenga 500.
@nextdesigners6970
23 күн бұрын
Nibyo kabisa umuhinzi nawe yunguke
@alaineIngabire-gq2li
Ай бұрын
Nukuri ndaremye cane ko tugufise Papa burundi nukuri shira mungiro
@user-fp1lj5zp9j
Ай бұрын
Prezida wacu imana imutuzigamire ndamukunda❤❤❤❤❤
@francinemushayuma180
6 сағат бұрын
Mutama twubah bakur bikir mumagur masha kuk urabakebuy nundusigay bazogirak
Пікірлер: 260