Ivyo bigira vyose barakubiswe pe Kandi ntamugabo atacindwa none otani irimubiki nije itere none muri libiya ntiyateye ugir libiya yari yacokoze numwe muri otani nibatere bareke kwivugisha ubushobozi bwuburusiya ntiburakora bandanya uvyonga ok
@MambaNshutinziza-rp6tv
Ай бұрын
Niba ayo magambo ya Sikibinsky Ari impamo, OTAN nitabarare Ukraine,kuko Putin abatsinze Yaba yandagaje OTAN,igisebo na none.
@nugiranezachris7033
Ай бұрын
Ariko nkawe urumva ibyo uvuga Uri umunyafrica nonese urumvako ari twe abanyafrika dukwiriye guseba putine akunda afrika sigisambo Kandi Putin ninyangamugayo arya ibye yihaye kuneza va ku bang mbabarira rwose we kugira inama ukreine kuko yariyahuye
@MambaNshutinziza-rp6tv
Ай бұрын
Ndi Pan-Africanist really,aha navuze kuri western world brother, naho Putin nakwishimira insinzi kuko ndazi ko hari nyinshi twahishwe twamenya bivuye ku nsinzi ya Putin. Kuri ubu nanishimiye ko nta gihugu cya Africa Kiri muri iraya ntambara. Amahoro muvandimwe!!!
@jeanmariemanirakiza
Ай бұрын
Reka kubukavya sha?twaramnye aho uhngamiy?mb uko kurimbagura wamuvuga misi yose ko mbona yamisi3 yavya 3ans?reka guhuguza irya nintambara yabazungu hubwo ww Raba ukoce benewanyu ubatere intege ahimpand yaw?ivyabazungu mwebw nimuvyikawush basha?mubazungu harama deals mshi twebw tutazi?rwizimbaranga turab benewacu ngahimband yaw tuvugururimi rumw ko bobaho neza
@claudenkurunziza3746
Ай бұрын
Ese Gentil,konumva iyo Ntasi ya2 mur Ukraine nayo ivuze nka Macron asaba ko NATO ija kurwanya Russia mur Ukraine! Mbe mumbono zawe ubona ibishoboka???nimba bishoboka Russia yo ntabihugu vyaja kuyifashaaa????
Пікірлер: 47