1. Nari ngeze ahatemba nibazako ntakivayo, Yezu niwe yahankuye 2. Bama bakuririmba, sinarinzi uwo bavuga; ubu Yezu naramumenye 3. Nya mukiza mukunzi aruta abandi bose; ni ashemezwe arabikwiye 4. Yezu nzamuririmba ndamuyage ndamuhaye; niwe Mwami niwe Mahoro 5. Nzobwira abatamuzi ko ariwe yaducunguye; tumukunde imyaka yose Refrain: Numvise akanyamuneza mu mutima wanje, kuko natewe iteka n’Imana yacu. Iyo Mana muremyi wacu, ni Rukundo yemwe igirira ikigongwe abantu bose. Yo yatanze umwana wayo aritanga ngo dukire, twari dukwiye gupfa none ehe raba turi bazima. @Michel HABIMANA
@dianeniyomwungere9395
4 ай бұрын
👏👏👊
@ClaudetteNiyonzima-z9i
9 ай бұрын
🎉😊😊😊😊😅❤❤❤❤ DIEU MERCI POUR avoir chanté cette chanson 🙂🥰😂😍🥰💝💝💝💝💝💝💝💝♥️♥️♥️♥️💌💌💌💌💌💌💌
@ndayikengurukiyebenicarel3959
Жыл бұрын
Great song😍😍
@EradiaErina
5 күн бұрын
Eg kwr twar dukwiye gupfa oe Iman yaratugiriy imbabazi kwr turacar bazim pe Mana warakoze
@Gloria26799
Жыл бұрын
Nukuri Ndakunda iyi ndirimbo ❤
@AthanaseBarajingitwa
8 ай бұрын
Fantastique Iyo Mana yacu nininahazwe
@BonaventureKabura-bb6nc
Жыл бұрын
Ntawobura akanyamuneza abony ibivyiza vyayo🇧🇮🏆🙏
@EmeryNIYONKURU-kb5xy
4 ай бұрын
Muraza muratumpa
@Rukerandangasadick
6 ай бұрын
Ndakunda cane utu turirimbo tw imana tworoshe;
@ManirakizaParfait-bd8sf
Ай бұрын
amen amen
@Kanteniyomwungere
7 ай бұрын
Wandukoreye vyishi
@eliasndayizeye9395
8 ай бұрын
Muhezagirwe cane
@MariamNandegeya
9 ай бұрын
Imana ibongerez ukwemera
@NSHIMIRIMANANadia-l3v
2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ 😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊 Yoooo biraryoshe kureba mana ndabira binovyiza vyi mana ❤❤❤❤❤❤
@RÏČHBëlly-m5t
Жыл бұрын
Numvise akanyamuneza ❤
@LilianeUWINEZA-dy6pw
Жыл бұрын
Akanyamuneza nikose
@SylenieKWIZERA
Жыл бұрын
Kkkkkl
@JeannetteIRANEZEREZA
2 ай бұрын
🎉🎉ndiho abajimber mwabikoze neza
@JeanneNdisamye-rx4pr
Жыл бұрын
Ndahimbarwa na vidéo zanyqu
@DalieHaragirimana
10 ай бұрын
Indirimbo zimpimbara cane.
@FelixEmanuel-vd1xp
Жыл бұрын
Iyindimbo inyibukijekurecane
@chrishara1590
2 жыл бұрын
Merci de Nairobi. Dommage que l'on ne connait jamais les auteurs des differents chefs-d'oeuvres des chants catholiques burundais. Ils devraient etre celebres et remercies.
@michelhabimana
2 жыл бұрын
On les connaît et on peut les connaître en cas de besoin.
@chrishara1590
2 жыл бұрын
@@michelhabimana J'aimerais tant connaitre les auteurs de mes 2 chefs-d'oeuvres preferes 1) Yezu mukama ganza sabwa abawe tuguhe impundu 2) Wanyitoreye ntaranabaho. Je serais pret a leur envoyer agashimwe.
@michelhabimana
2 жыл бұрын
@@chrishara1590 Tous les deux chants sont de l'Abbé Jean Bosco Wakana, de l'archidiocèse de Gitega, ex Père du Foyer de charité de Rukeco à Ngozi. Merci bcp, grâce à vous je connais désormemais l'auteur de ce 1er chant, et j'obtiens sa copie que je conserve avec soin.
@chrishara1590
2 жыл бұрын
@@michelhabimana merci infiniment. Nzomurondera ninaja i Burundi. Ces 2 chants sont des chef-d'oeuvres extraordinaires. Imana imuhezagire. Si je savais comment on organise crowd-funding je lancerais une operation de levee de fonds pour tous ceux qui adorent ces chants. Il les a composes pour la gloire du Seigneur mais ce n'est pas interdit de le remercier pour ces extraordinaires creations.
@Niyonkurujosianne-w2z
Ай бұрын
Je t,aime
@ericniyongabo6417
Жыл бұрын
Indirimbo nziza cane
@dieudonneshemezimana3541
Жыл бұрын
Good
@ManigiraNezahamisa
3 күн бұрын
Yezu abakomeze amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰
@loganfaston6365
6 күн бұрын
❤❤❤❤
@sylvananahayo4673
Жыл бұрын
Nowe Mwami wanje, niwe mahoro yaaanjee
@therencendayininahaze3340
2 жыл бұрын
Aho hantu ni hehe baririmba uko ni hehe?kabisa indirimbo zanyu ziranyura vraiment, Imana ibaje imbere 🙏
@dusabeelyvette
Жыл бұрын
Diocèse muyinga
@dusabeelyvette
Жыл бұрын
Cathédrale ya Muyinga
@JérémieNdereyimana-j8s
Жыл бұрын
Imana uyizigiy nayo iragutera ireka
@LoïcAkimana
2 ай бұрын
Amen amen
@JamarieHicuburundi-kb6ej
Жыл бұрын
Ndahimbawe ntakindi norenzako
@abascarimo8475
Жыл бұрын
Uyu muntu nampe numero za telephone ariko ararimbisha. Merodi ntawoyihoza
MERCI BEAUCOUP MON JEUS CAR TU AS DONNE TA VIE ! Voilà que je suis maintenant vivante à jamais, Je te rends grâce pour tout mon Maître, mon ROI , mon rédempteur.
@RosetteNiyorukundo
8 ай бұрын
😊
@kandolojailosi9079
6 ай бұрын
Ndanezerwa cane iyo ndumva uturirimbo mukirundi
@MajambereAnicet
Ай бұрын
Umukama nabongere inkomezi zo kumukorera
@IsaacBigirimana-u7r
Жыл бұрын
Amen
@suavisrukundo7417
Жыл бұрын
Iyi ndirimbo ndayihawe mu lutima ngomba ndyame.aba baririmvyi lmana ibakomeze
@michelhabimana
Жыл бұрын
Urote Umukama
@angemusabyemaria
9 ай бұрын
Amenamena imana ikomeze iba amavuta ikomeze ibashigikire
@MeryNdama
Ай бұрын
Warakoze kuba na kuze ndumukatorika❤❤❤❤❤❤
@japhetdusengimana4563
Жыл бұрын
Muranduhuraa nukuri.izi style ziranyuzuza mumasaba mana yanje
@ChristelleAmani-zb8ju
3 ай бұрын
Numvise akanyamuneza mumutima wanje
@NadègeIradukunda-m3m
Жыл бұрын
Courage🙏🙏🙏🙏🙏
@MarieBeatriceBIGIRIMANA
3 ай бұрын
Iyindirimbo urampezagira caane
@fiacrenshimirimana8528
2 жыл бұрын
Imana nininahazwe kW' is I nomwijuru hayagwe inganji yayo.
Пікірлер: 157