#Burundi Abarundi turasabwa gukorera hamwe tugahuza umutima n'inama mu bikorwa vyose kuko bikomeza imigenderanire. Turiko turakorana biragwiza ukwizerana hanyuma n'urukundo rukaziramwo. Bishikirizwa na Pasteur Denise Nkurunziza mu masengesho yo gushimira Imana ku myaka itatu Umukuru w'Igihugu amaze atwara igihugu.
- Жыл бұрын
Pasteur Denise Nkurunziza asaba abarundi guhuza umutima n'inama bagakorera hamwe.
- Рет қаралды 4,662
Пікірлер: 11