HARI UBU ABARIKO BAKORANGURA CONGO KANDI NEZA ARIKO NABO BARABAPFUNGA AND BLOCK THEM’ WHY BABA BLOCK THEM? Let they do their best
@nduwaemma8588
Ай бұрын
@@chimamandamosesoffice8109 ni barya bakirangura muma bido babita ba midodo barangura nkamabido igihumbi cank ijana ivyo rero ntibikwiye kubazwa umukuru wigihugu kuko ntiyoja muri midodo ivyo bibazwa aba comiseri cank uwabazibiye kuko inzego sumukuru wigihugu gusa hari nibikorwa atanamenya so uwabihagirits niwe akwiye kubibazwa apana buri kantu kubaza never none atwara arumwe? So you have to understand that bro bcs he won't do everything
@EmileDari-iq5gn
Ай бұрын
Vyose nibo babikweze batanguye kwiruka kubavunjaye bugara amazu avunja baca bavuga ngo babifashe mumimwe bivuze ko bidasubira gukorwa kuva Ico gihe amahera yagaciro yagoye abura aduga none raba Aho tugeze
Пікірлер: 55