🐰 Bugingo Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yariko aratanguza urugendo rwitiriwe #Inkebuzo rumushikana mu migambi y'urwaruka ruri ku kivi, yaragendeye kur'uyu wa 9 Mukakaro 2024 ikigo co kugwiza inkwavu #Sungura kiri muri komine #Mugina, ku mutumba wa #Muyange, mu ntara ya #Cibitoke.
📌 Ico kigo kiri mu minwe y'aborozi batanu b'inkwavu kizoba gishobora gusohora inkwavu zivyara zirenga 48.000 ku mwaka, zizogurwa n'abashaka kworora inkwavu za kijambere mu #Burundi
Негізгі бет Prezida Ndayishimiye yagendeye ikigo co kugwiza inkwavu Sungura kiri muri komine Mugina
No video
Пікірлер: 7