#VIDEO: Prezida w'igihugu ca #Kenya William Samoei Ruto ashika ku kibuga c'indege Melchior NDADAYE i #Bujumbura aho yitavye ibikorwa vy'inama idasanzwe y'abakuru b'ibihugu vya Afrika y'Ubuseruko (East African Community) yabareye mu #Burundi kugira ngo bige ikibazo c'umutekano mu buseruko bwa #Congo (#RDC)
- Күн бұрын
Prezida wa Kenya ashika ku kibuga c'indege i Bujumbura aje mu nama y'abakuru b'ibihugu vya EAC
- Рет қаралды 46,288
Пікірлер: 17