I looooove this "aimons-nous vivants, célébrons-nous vivants" mentality 😍. Ndaryohewe ko hariho Abantu twiyumvira kumwe. J'ai trop apprécié chaque minute de cette vidéo 😊❤❤ Thank you Hosy for sharing with us this beautiful moment
@joyeuseuwingabire5044
6 ай бұрын
"aimons-nous vivants, célébrons-nous vivants" c'est vrai
@passyk9968
5 ай бұрын
Ayo le Champion. Yamuvugiye ivyiza kandi biraje vuba.🙌🏿
waouh waouh mwagize neza cane Imana ibahezagire cane, c est tres touchant nabandi babarabireko Rasko je sindamuzi cane ariko asa numuntu ari reel big up to u hosy et toute l equipe watching from canada
Waouh muratesa vrt iyi émission ni leçon peee twig gukunda umuntu,no kuvuga umuntu akiri muzima..Rasko ndamukunda arabizi peeee,Paci et hosy merci beaucoup ❤❤❤❤❤❤❤
@rashchrisirakoze469
6 ай бұрын
Iki kintu mukoze kiraryoshe cane nukuri Imana Ibibahezagirire!N'umuco mwiza cane muhejeje kwigisha abumva ikirundi bose!Chapeau a vous tous!
@bsninja3889
6 ай бұрын
Quelle magnifique idée. C'est une première pour moi. Muraryoshe sana kuvyo mwakoze. Imana ibanye ibahezagira. Sandra
@user-tn6sv8du5p
6 ай бұрын
Imana ibahezagire cane Rasko twavukiye mu buyenzi hamwe twice hamwe st kizito twarabanye kinanira maman wiwe numu jama was maman wanje mwarakoze kuricogikogwa yarabikwiye ❤
@ryblessed8124
6 ай бұрын
Touched and grateful for your sweet words! Izina niryo muntu KORICIZA 👏❤
@doomedinscrolling3587
5 ай бұрын
Jah Rastafari Rasko sindakuzi mugabo ndi sure 100/100 ko uri umuntu mwiza Co kimwe na my lovely Ednaky ndagukunda ntakuzi chouchou jsndi un jour tuzobonana ❤❤❤
@NkunzimanaFlorence-kd4xm
6 ай бұрын
Très touchant... biber icirwa benshi
@gynka5374
6 ай бұрын
Vyararyosheeee pe !!!! N'akantu Top n'ukuri !! N'ukurwiza ibintu nkivyo. Respect à Rasko !!
@sandrakanyange940
6 ай бұрын
Waouh mwagize neza Pasi na Hosi muhezagirwe cokimwe na Rasco nivyiza gushimira abatugiriye neza bagihema kugira twenjoyinge ubuzima hamwe turyohewe.
@heleneelsa4707
6 ай бұрын
Not me crying 🥹🥹🥹you’re such a good brother kwa kweli Je nagira urishima mais when I reached to you oooh God you was so nice nkuko twar dusanzwe tuzinanye IYAKUDUHAYE IKUDUTUNGIRE UHEZAGIGWE UJE KÜRE CANE MORE THAN WHERE YOU ARE NOW🙏have a blast papa Kais we’re celebrating to you and blessing God for you
@user-qe8gw8td5h
6 ай бұрын
Wouuui Mr Rasko papa kaïs ukomeze kubera umugisha beshi .Siren vibes akazi keza cane hozy much love
Ababiteguye uhoraho abakomeze,Rasko imico yiwe ni icitekererezo kuri benshi, surtout aba scouts nka st Robert n'abandi!Tigre ndagushingira intahe, courage cane.
Courage Rosy Saint Esprit agum aguh ubweng pr de nouvelles découvertes
@Chrian670
5 ай бұрын
Woouuw😢 birahimbaye😍😍
@AaAa-dt8mp
6 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
@estherniyera9875
5 ай бұрын
La beauté de la vie🤩
@esperencekaneza2656
6 ай бұрын
😢😢😢😢 uwukora neza nuwogushimigwa
@KakuzeWillydor
2 ай бұрын
Courage, nikintuciza caeee❤
@graceirakoze2392
6 ай бұрын
Mwarakoze,nikintu ciza caaane
@godsjoy3885
6 ай бұрын
😭😭ndarize ariko kubera umunezero ,franchement biraryoshe kuba celebrated ukiriho 😔 Umutima wagutse nyen abantu bakabi reconnaissant .Mam Siren muzogir ikiganiro Sinzi mur fun and fact or girlfriend or je sais pas izina mais people need kumenya ibi bintu 🥰 la personne qui a eu l idée Imana imuhe umugisha .we love you rero kuba utatwibagiy ukabi dupartagea ❤️❤️❤️❤️❤️ from 🇧🇪
Пікірлер: 180