Ubu butumwa bwashikirijwe n'umwungere wa 1 w'Ishengero rya Pentekoti i Bujumbura mu gikorane cabereye mu Kayogoro 2023 ku musi waco wa 2.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Негізгі бет Ойын-сауық Rev Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA//Uwo muriro ntukazime!!//Mbega ibisigo vyaraheze mu bantu?
Пікірлер: 10