📻 Roza, ngo hambavu yo gukina ivyese no kuririmba, arabona neza ko yobaye umumenyesha makuru mwiza, kuko ashwashwanutse kandi, akunda no kumenya utuntu n'utundi, akadusangiza n'abandi
🤗 Tumumenye...
#Uburundi #Umukenyezi #Ibibazo20 #JimbereMukenyezi #Jimbere
Негізгі бет 🤩 Roza: "Mu gakino Umubanyi niwe muryango, hari urukundo na ambiance"
Пікірлер: 12