Nukur afitániye agashusho na Andy Bumuntu narinz kariwe peee
@niyonkurujbosco884
Жыл бұрын
Mufite ba Mama banyu na banyarwandakazi
@Princess_Graah
4 ай бұрын
😂😂😂❤
@fabiorukundo2023
Жыл бұрын
❤❤❤❤❤
@egidenkuriyingoma8995
Жыл бұрын
Keep watching Siren Vibes TV yacu guys🔥🔥🔥✊🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@victoirenumbi5742
Жыл бұрын
Uwo muntu yaraangaze narinzi kwar Andy bumuntu
@user-yr9bj3po6h
Жыл бұрын
Abarabu baratanga bizu ari umuhungu ku muhungu bizu nibisanzwe ku mwarabu
@romyprincedushime4330
Жыл бұрын
🤣🤣🤣😢😂😂
@osbornmusafiri627
Жыл бұрын
Uwomutipe arasa na Andy bumuntu
@JimmyBlaise5
Жыл бұрын
😂😂😂😂
@m.a7605
Жыл бұрын
rosy urumunyamatiku kweli! nonese kuba avuga ikinyarwanda arimurwanda ikibazo kiririhe? ho siwabo se? mama we s'umunyarwandakazii?? ugira udutiku bcp
@marcaurelirakiza2724
Жыл бұрын
abize archange mwese murazi ababikira badukubita😭
@boboyann
Жыл бұрын
Twebwe naba Mika twakubitwa numu prof yitwa Mr Joseph
@elvismunezero7798
Жыл бұрын
Gusa turakenyene kumenya why iyo bariko baramu présentant bavuga ko ari umu nyarwanda
@muzimagrace9331
Жыл бұрын
Hosy ibiganiro vyaw ntaco bibay ni Sawa m la façon ubikorana uhindur,nama ngukurikirana iryokosa ukora uzorikosor siww wogupresenta umutumir,umuha akanya aki présenta burabira kubandi par exemple isimbi TV,yago TV n'a chita Magic uko bakora ibiganiro murwanda,urashiramwo ibintu vyogufyina watanguy ikiganiro nukuva sérieuse watanguy utuntu muvuga twuburofa bamuduca,ibisigay ibiganiro vyaw nivyiza
@theophileniyongabo781
Жыл бұрын
Introduction yawe Hosy iri unprofessional ukosore ariko Courage !!!
@steve9010
Жыл бұрын
ikintu nibukirako mika nuko muri bus ya mutanga nord/sud yama ahagararanye na convoyeur ariko aradutera inkuru ... yabitanguye kera
@jeanmarievianneyirakoze6690
Жыл бұрын
Hosy Il fo q tu soignes ta façon d'introduire ton invité, souvent on est confus car on sait pas si l'interview bat son plein ou pas. Urabe ukosore kweli uburyo wakira cank ugire présentation y'umutumire, umuntu ntigigera amenya ko interview yatanguye cank ko ukire muri introduction. Very sad and unprofessional.
@sirenvibestv
Жыл бұрын
Umutumire aba abizi ko twatanguye et ça dépends de la personne… et merci pr ton avis
@bukombembisa1999
Жыл бұрын
abarundi bafite uburofa bwo kumva ko kuvuga ikinyarwanda uri umurundi naho byaba 100% cg 50% ugomba kwisobanura impamvu ni uburofa muzabireke umuntu iyo azi indimi nyinshi ni advantage kuri we ibindi ni amatiku fake biraciritse kabisa stupid things
@jox1738
Жыл бұрын
Ivyuvuga nukuri kbxa bafise ikibazo babireke kuko umuntu avuga ururimi asshak pee none kobavuga France na swahili na English kandi izozose nindimi zabanyamahanga nkaswe kuba twovuga ikinyarwa kandi ari benewacu bahafi !!! Kandi abanyarwanda benshi Baja bigana ikirundi kuko Jew nihomba ,ariko banewabo sindunva batera comments
Пікірлер: 80