Ouawwwwwwwww Vyiza cane Ariko mubipange neza..ibirahuri ubishira hamwe n amavuta gute??? Porte manteaux..dufunge par douzaine..canke.6..6..en mixant les couleurs.
@patrickbizoza58
Жыл бұрын
Ubandanye uduha umunezero musaza utwereka nadushasha@ big up from Og Boy Family
@Bikorokoro123
Жыл бұрын
Gael, wewe urafise impwemu idasanzwe yo kuvuga amajambo menshi, ukiri umwana wari umuguruguru c'est sur!
@elysefuraha4588
Жыл бұрын
Kuyindi Mpwempu idasanzwe❤️❤️
@nyamugishagoreth8556
Жыл бұрын
Yeah panga neza ivyo vyashara kabiisa..... muhezagirwe
Пікірлер: 85