Ok rek mvug différence iri hagati yabo:1.Rocky arayoboye asigura vyo noneho agashiramwo nugutwika(ariyemera kand biramubera) 2.pic asigur vyo ariko ari sérieux cane ntatwenza abantu 3.junior aragerageza ngir aracig umwuga 4.sankala🤣🤣🤣🤣 arasesemanye pe ntavyo azi nukuvuruga gusa 5.hari uwitwa mozes ni nr 1 kubihindi 6.master jk ni sekuru wabo,rocky ni se wabo,hari nuwundi musiguzi atiyemera yasiguy jumong s1 uriy nimfura ya rocky nawe azi akazi pe!
@legendadapter3603
2 жыл бұрын
Ewanaa ubundi wari warabagoswe ababasaza
@louaidairishura3616
2 жыл бұрын
Pk na junior turacabaharaye kuko abantu niko tumeze dukunda Abari hit ariko pk nuwambere umuntu usobanura na ulliminaty ararenze dushaka twemere
@nkundajimmy4881
2 жыл бұрын
Sha all some kbs. Kuberak bose nkurikirana imitwiko yabo
@remyntiranyibagira1432
2 жыл бұрын
Pk turagufana nino dubai you the best for rever
@landrineuwitije3476
2 жыл бұрын
Uwimana giti yubahwe😂😂😂
@MukantwariReyan
2 ай бұрын
Kabx
@dadaramla7989
2 жыл бұрын
Junior yubahwe 💕💕💕
@JIGOCOMEDY-wb5zx
2 ай бұрын
BRO WAMPAY SHOW KUR JIGO COMEDY
@Bradzzo1
3 ай бұрын
Niba ukunda Joshua najye mfasha kanda hano 👉kzitem.info/news/bejne/lmtvwG2pgaWqhqQsi=gXzpXtNmNzxZwXTQ
@NinaNina-xr8jj
2 жыл бұрын
Nukuri uranyish hanoho
@muhirerenovate6464
2 жыл бұрын
And then. Mwegerane Mukore combination icyobita unit biraza kuryohaaa. Maze Hashye.@🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 abasaza turabemera peee ark ntibahuza.🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔
Пікірлер: 105