Reka kuzana politics mu banyagihugu, urumva umunyarwanda aba iburundi yagize ikibazo ? Ko tubibona kuma tv yishakira gutwika bakerekana ama photo ata video
@aaronbe9966
6 ай бұрын
Brandefilms kuva imipaka 🇧🇮bayifuga abayobozi bi Burundi bahisemo umurogo wogufata abanyarwanda nabi babafuga kubera bavuga ikinyarwanda, ariko nyine ikiza nuko abayobozi bu 🇷🇼 batajya mumurogogo wogufata abarundi nabi.
@karoprint-nb7mu
6 ай бұрын
@@aaronbe9966 Ufise ivyiyunviro bitari En Jour Normalement
@aaronbe9966
6 ай бұрын
@@karoprint-nb7mu uko niko kuri ababyeyi,abavukana n’abari baragiye iburundi bariko barataza kubera bimeze nabi Ababyeyi bariko barasaba go gouvernement y’uRwanda go ivugane na gouvernement y’iburundi kungira go abana babo batahe amahoro. Kandi gouvernement y’iburundi yavuze ko idashaka abanyarwanda murino minsi. Humura nago ikibazo kiri abaturange.
@userk23456
6 ай бұрын
Ariko mureke kuza murabesha,uraza ndakwereke abanyarwanda bari buja uko bameze. Ego hari bintu vya politique,birashoboka ko hari abanyarwanda bigiriwe nabi ariko si bose kuko jewe ndabazi bari buja,barakora kandi bameze neza
@shanthalshanthal1491
6 ай бұрын
Hhh mukama ❤❤❤❤❤ chita kumutina
@annydouceakiteka3762
6 ай бұрын
Santa ndakuramukije
@JoanaMunezero-ke6xc
6 ай бұрын
Cheilla 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NOELLABIZOZA
Ай бұрын
Wa kamenge 🎉
@user-lm2vw8ss8q
6 ай бұрын
Mbega kuvyina weee abigeme baringaha baravyina koko
Пікірлер: 129