Ariko iyo pub sabin ntimuyisobanura neza keretse niba arinjye utunva ni 36 mille gusa umwaka wose cg ni 36 buri kwezi mumezi 12.donc umwaka .ubizi ambwire nigurire
@user-pg2ej5wd8v
8 ай бұрын
Kbx
@esperancenibaruta6639
2 жыл бұрын
Abarundi turababona 5/5
@rwiziguracharles7675
Жыл бұрын
Imana Ibah'umugisha couple nziza
@melysearakaza8356
2 жыл бұрын
Sabin za urabwira abo barundi bacu bakunde umuco nakaranga vyabo ,usanga bivugisha ikinyarwanda arabarundi nzi neza ko Christophe azi ikirundi kandi ndazi ko muvyo Diane yamukundiye birimwo.
@benignebizimana2342
2 жыл бұрын
reka kumurenganya sabin amakosa nayacu twebwe abarundi;uzorabe le rwandais ou rwandaise nubwo amara 50ans en amerique agarutse iwabo avuga ikinyarwanda cikwiye kitagira inenge nimwe ariko twebwe sinzi ingorane dufise just two weeks ikigali oooohoooo ikirundi piiiiiiiiiiii haba hatanguye za ese;reba,.....barundi barundikazi dukunde umuco wacu et surtout notre langue maternelle.
@princess-uf5ux
2 жыл бұрын
Kwenda kuho umuntu wese avuga ururimi rwigihugu asanzemo urashak avug ikirundi ari murwanda example ugiy American bavug English woca uvug ikirundi cg ikinyarwanda atarigo rurimi rwaho 😏😏
Ni ibisanzwe umuntu avuga ururimi rwa environnement arimo na madamu afite amagambp amwe arimo tonalité y'ikirundi
@benignebizimana2342
2 жыл бұрын
@@princess-uf5ux reka uburyarya ubu koko tous les rwandais qui habitent en amerique bavuga icongereza...iyo bavuyeyo bamazeyo 50ans nakubwiye bashikira kwa sabin kd turabumviriza;ikinyarwanda cabo kiba giteye igomwe.rero abo barundi benewacu barumva cane kandi kwigana nitwe twabizanye nihatali kweli hhhhh hhhh
Пікірлер: 100