#Burundi: Igitoro ca mbere Uburundi bwiguriye iyo gihingurirwa ngo kirapakururwa uyu munsi kandi uburundi burafuse ubwato butatu buri mu nzira. Ivyo vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, aho kuri uyu wa 12 Myandagaro 2024 ariko arifatanya n'abenegihugu bo muri zone #Musaga mu gisagara ca #Bujumbura, mu bikorwa rusangi yahakoze.
- Күн бұрын
Uburundi nta gitoro bukenye, ikibazo ni abashaka gutoba!
- Рет қаралды 50,096
Пікірлер: 143