🍻 Mwihereze urukanywa ruryosha "week-end" mugirako mwumviriza ano makuru 🤗
🇨🇳 🇧🇮 Ni ibiki bigezweho mu migenderanire y'Ubushinwa na Afrika, tudasize inyuma Uburundi ?
Ngo "abanka gusansumwa kubera ukwemera kwabo, bazohanwa hisunzwe amategeko".
Kaze mw'ido n'ido ry'ayo n'ayandi 👇🏾
#KuMusi
#imigenderanire
Негізгі бет Ubushinwa na Afrika barabana ryiza
Пікірлер: 1