Ndakunda ukuntu Masterland yitondo God bless you 🎉🎉 thank you Mama Kadie kay😊
@kamilgadobvs8112
11 сағат бұрын
Kadie Kay lyrics ziwe zitahurwa n'umuntu afise IQ iri hejuru kuko ziba zirimwo message iri deep,muburundi turakeneye abantu benshi bandika nkawe kdi ikindi naco umuntu akoze ikintu ciza basha tube tumuha amashurwe yiwe akiriho so so much respect Kadie kay Lyrics zawe ziri kuri high level 🎉🎉🎉🎉🎉
@sese667
10 сағат бұрын
Kadie Kay yari umwarimu kuri École Internationale de Bujumbura (EIB), arazi Igifaransa caane ... Kadie Kay Indirimbo yanditse zirimwo message iri deep kuko arazi kuryohora indimi, arazi kuryohora Ikirundi n'Igifaransa ...
@alaninalvittaavnin7505
25 минут бұрын
Kadi Nukur imana iguhe umugisha Kuko turagukunda cane super mum tora 🌹🌹🌹muvyeyi urazoduha mon professeur turagusavye
@SilvatoNdayizeye-r5r
11 сағат бұрын
Yubahwe uyu mu maman pe afise ivyiyumviro birnze kandi ariko arazana l'évolution mu muziki ndundi
@kimeregyslainbi
11 сағат бұрын
Masterland est très intelligent, uko yitwara arazi gu Controla Emossions ziwe, Twitege ko mumyaka iza azoba Akarorero kurunganwe rwiwe. Google Mum nayo reka tuyi Feeling Gael🇧🇮. UMUKUBITO Hejuru 👏
@sese667
10 сағат бұрын
Masterland araciye ubwenge caane par contre j'ai l'impression ko abégueya ... Ariko navyone mbona avyitwaramwo neza ...
Kadie Kay arakwiye amashurwe na Master land yabikoze neza❤❤
@Dusenge-TV
10 сағат бұрын
I love your creativity Kadie K❤
@Ndayaki
9 сағат бұрын
17:17 Very smart Woman😊👍. Gaël reka gutega Umuvyeyi wacu😅, agirira publicité indirimbo nshasha.
@CharmentDc
12 сағат бұрын
Ego kadie kay uraruenz cane
@IssaMpezagira
5 сағат бұрын
Kad mubakenyezi tetero,...... yararirimbiye maman wiwe ,.......
@NdimuLyne-be4nf
3 сағат бұрын
❤❤❤❤❤
@butoyialexis2316
8 сағат бұрын
GOOGLE MUM..Autre chose abagabo muvuganye ikintu akwishura ngo reka nje kwiyumvira ariko aba agiye guhanuza sa femme ikintu ciza,igitangaje rero ....wewe wirirwa uravyiyumvira ariko ta femme aguha inyishu mu mwanya muto Google Mum mwubahwe
@remapacifique51
4 сағат бұрын
Ariko kweli uyu mumama arasubiriye???
@bosconiyonkuru6151
10 сағат бұрын
Kadie kay azotwandikire indirimbo yo guhamagarira aba Diaspora bose bo mu bwoko bwoko gukunda igihigu cabo Uburundi.
@sese667
10 сағат бұрын
Aba diaspora basanzwe bakunda Igihugu cabo ntubibahamagarira kuko biri naturel ...
Пікірлер: 24