Urintwari Fabrice❤❤❤ ubu Gwagasore na Ndadaye baranezerewe Imana ikuzigame bandanya ukangurira aba Jeune na bakuze iterambere urakarorero keza mu Burundi nomuri Africa n 'isi yose Imana ikujimbere umusumwe uzokoranye ikoraniro mpuza Makungu ryurwaruka . Glory to God in the highest .
Fabli ndanezerezwa nibiganuro vyawe ariko iyaba vyashoboka woza uragenda mu ma kaminuza no école secondaire utanga impanuro kwugaruka umere nkuwubakura uruhumyi kumaso I really appreciate what you do and you sat
Fablice imigambi yawe ni myiza caane ndayishigikiye, ndasavye kuba umu actionaire, nibareke kugusamaza, wewe kora gusa, abobandi nubihoze.
@BADIANNGENDAKUMANA
18 күн бұрын
Turakeneye abandi benshi nkawe
@deontidendereza2210
20 күн бұрын
Tubwire mugenzi Aho dushira iyo mitahe.
@user-nk3ue2cs4k
21 күн бұрын
Ibitekerezo vya Fablice ni mentality yaba anglo-saxons. Abarundi benshi nabize ntibabitahura. Mais c'est comme Empire state building a été construit. Même mu gihugu c'abanyi du nord, ils construisent leur pays. Les buildings au Kenya aussi ont été construits de cette façon ! C'est comme ça on prépare sa retraite et le bien être de ses enfants sans trop se fatiguer
@user-ke8fe7hn6g
20 күн бұрын
Muduhenumeya fablice❤
@damienbahenda4863
21 күн бұрын
Abantu ni bige kujana n'ibihe
@user-qb5vp2ou7j
20 күн бұрын
Saba ukore ibarabara RN3 kuva gitaza gushika magara rice heJURU YAMAZI IMODOKA IZOHACA IZORIHE KUKO NIHOHABI
Aba ba Rugurika bageze Europe babonako bataye igihe, none ils critiquent ceux qui bossent et restent au pays malgré les problèmes de toute l'Afrique en général
@user-jm2ld3mf8k
19 күн бұрын
None,imigambi yawe ga fablice irakora no kubatara,Abarundi!?!?
@DesireNsengiyumva-f7r
20 күн бұрын
Cumpamanda nibwa yakagame unyanumwasi wuburundi
@HervéCIZA
21 күн бұрын
Ndakund ukunt ivy uvug bitarangirir mu mvug gx hubw ubikor don't give up bro 🫵🫵ur umugab nabamajamb gx
12:10 Bob ko atanguye kurwanya urwaruka ruriko rurakora ariko arata umurongo. Ni abandanye aterana amajambo n'urunganwe rwiwe.
@jeanmarieciza2262
21 күн бұрын
Asha nanje naciye ndayanka Kabis kuva Rp a Bobo rugurika avuz Kury naciy ndayank burundu
@Venicreator2060
21 күн бұрын
Jewe ndumva uwu mugambi wa Fablice urashoboka. Leta nimuhe uburenganzira hama irya soko abarundi twese tuyiyubakire. Kuko ama dolali yabuze mugihugu aba diaspora tuzoca tugura imitahe yacu muma dollars canke euros hama abari mugihugu nabo bohitamwo ifaranga barihamwo soit mu marundi canke muma dolali.
@ericciza926
22 күн бұрын
Ntibaguce intege Fabi
@user-nj2gc7ey1j
21 күн бұрын
Nyakubahwa wiyita @peacelove.... murakoze kuduha umuco Ôoooh ati rero kubera KO Nyakubahwa FABLICE ari umuhutu((ntavyonzi neza)ni @peace...umututsi nako umujuif yanse kuba mr Israël ati hari abarabu bo mwica aca yizira muburundi hari abuhutu bimpumyi baremewe kurima😂😂😂 kandi nabonye bakunda abatutsikazi ntibasigaje nibaza ko barozwe BISUZUME) niwe abitumenyeshe kuburyo na Gaël yabaye umuhutu @awapfuye yarihuse @ Ntiyemerewe guteza imber e igihugu impamvu kubera ari umuhutu(ikijuju)😂😂😂😂😂😂 Ikindi ati abo bajuifs(abatutsi) kubera baminuje mukunyaga amatongo n'amutungo y'abahutu,kwiberaho batarushe(ninayo mpamvu uzobona Rpa,bob,pacifique,ligue iteka bakubwira ari homosexualité n'agateka kazina muntu primo baziyuko hariyo ama fond secondo tubatahure atibo s'abarundi nabajuifs biratwengeje) bariko barafuruguta babifashijwemwo n'urwanda,ubugande... et les occidentaux ati bagaruke kwivora nako gukoroniza Ninayo mpamvu yivuye ati"umusi bizohindu twe abatutsi tugafata vora bimwe nukunyaga ibindi camunara." Tubatahure KAGAME ariko arabaforoma nayakarata ya GENOCIDE ninayo mpamvu bob yatanguye kuvuga imipanga Fablice twebwe abarundi bumutima turaguteye intege urekane nizo MBWEMBWE
@IsufuRajabu-v9c
21 күн бұрын
Nanje RPA naciye ndayibona nkabanyamanyanga
@habibumasenga6213
21 күн бұрын
😂😂😂
@peaceloveisrael3992
21 күн бұрын
N'ukuri ce truc arasuzuguritse kugwego irréversiblement élevé. Il déballe tellement de médiocrités kuburyo wibaza ukuntu ari capable yokwijabukana umuhanda.... Be na Gaël ce sont les débiles de la poche de Ndayishimiye. Izo KZitem niza Ndayishimiye nimbonerakure akoresha pour sa vainr gloire. Petit voyou est incohérent du début à la fin nk'abahutu bose ntagishasha... Avec des expressions anglaises mal foutues une prononciation calamiteuse kirasama ngaho imihimbiri nkawe itize nayo bagakoma amashi 😂😂😂
Пікірлер: 101