Mary Angel mwamenye nk'umunyamideli burya afise intahe idasanzwe. mama wiwe yamuvyaye yarihebeye Imana, afashwe ku nguvu//ubuzima bwabo ntibwigeze bworoha na gato.
iyumvire namwe ukuntu bibabaje. ariko birigisha cane. uburyo bashoboye kuba murubwo buzima bakaba bageze aho bageze ubu biratangaje.
#intahe#SoeurSandra#MaryAngelfashiondesigner
Негізгі бет Umubikira yavyaye umwana||yarize cane..||bamfashe ku nguvu ngwaye||intahe ibabaje ariko yigisha cane
Пікірлер: 295