Uri umwigisha mwiza Béni,turagukunda cn ufasha benshi!
@kanimary5642
6 ай бұрын
Mur'abambere kweli mwubahwe. ❤ Au fait ingo nyishi zisambugwa no gutamenya la valeur du partenaire. Cane manque de communication no kutamenya kutitaho son partenaire nivyo vyish'ingo. Hama surtout les hommes ntibigishanya ngo bayage entre eux ; umwe ws aguma mumafuti yiwe ngo nibwo bugabo.
@JeandarcyIngabire
6 ай бұрын
Ur'umugisha mwiza Benny stay blessed✌️
@passynz295
6 ай бұрын
Emission nziza mu mwanya muto harimwo l'essentiel 👍
@ishimwejf
6 ай бұрын
Ndagunda ibiganiro nkibi at censure nimwe biba birimo.Much love sexologue Benny❤❤❤
Gaël hahahahaaaaaaaa, ngo harah'ahandi bosoma atari kw'itama???? 🤣🤣🤣🤣oyaaa numvise ngo tu viens de te marier, nizere ko madame wawe utamusoma kw'itama gusa😂😂
Reka kutwita boys and girls vuguti ladies and gentlemen mama nambarivyongereza basi ushaka kuvuga, umu sexologist ntarabwa nabo uriko urita bahungu nabakobwa pas du tous, either say men and women or ladies and gentlemen please try kwaruguhanura gusa
@norushenjoyement4452
6 ай бұрын
Ntibabahuvye ngo ndora, mpuza , ndanga gistina….rapport sexuel anti stress, de plaisir etc….daaaamn guys icara mwige neza muzotahura plz
@ArleneBukeyeneza
6 ай бұрын
😅😅😅
@cybillakiteka3358
6 ай бұрын
😂😂😂😂😂🤣
@FatemaSafi-p2v
6 ай бұрын
Ahwiiii🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ninaclaudiamuhoza3559
6 ай бұрын
Benni merci mingi kbsa
@norushenjoyement4452
6 ай бұрын
Ako kajama gael nikareke kubesha…. Plz kaze gatange temoige yako hama sico gusa dukengnage nka 4 gusa zitandukanye…. Karamaze guha power abagore gusa why ico kijama kitavuga kuri side yabagabo? AlEtE les histoires ahubwo numukenyezi le jama.
Пікірлер: 107