#Burundi Umukuru w'igihugu yaruguruye icese kuri uyu wa gatanu umugende wo kuvomera imirima wubastwe ku mutumba wa Kinani muri komine #Bukeye. Prezida Evariste Ndayishimiyeyarakeje abennegihu bo muri ako gace kuko bageze kuntamwbwe bagezeko aho barima mu gihe c'imvura bakanarima mu gihe c'ici bakoresheje ubuhinga bwp kuvomera imirima.
- Күн бұрын
Umukuiru w'Igihugu yuguruye umugende wo kuvomera imirima wubastwe kumutumba wa Kinani, komine Bukeye
- Рет қаралды 4,335
Пікірлер: 16