Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yaganutse ava muri #Egypte, aho yahora mu rugendo rw'akazi rw'iminsi ine. Ku kibuga c'indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye, Prezida Ndayishimiye yashikirije ivyavuye muri urwo rugendo yarimwo, amasezerano yashitsweko mu bijanye n'ibikorwa vy'abarwizatunga, inyubako, ubukerarugendo, hamwe n'ibindi bisata bitandukanye.
- Күн бұрын
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yaganutse ava muri
- Рет қаралды 32,637
Пікірлер: 33