Se ga Sabin uri iburaya none kweli natwe uzatugeraho ryari?
@nyirambarushimanaclementin9723
3 ай бұрын
namwe nabasure kbs
@umurazacrementine2771
3 ай бұрын
Tayari ubundahageze
@NHM80
3 ай бұрын
Ntibigoye kumenya ko umuntu ushaka ko mubana mushyingiranwa mu murenge, ahubwo nibaza niba umurenge mu Rwanda ushyingira abantu utabatse acte de naissance ?? Kuko naza burayi aba afite acte de naissance kd aramutse yarashyingiwe biba bigaragara.
@fastandtrusted1251
3 ай бұрын
Sabin sha uganiza ibyuki mbega umukobwa mwiza
@claudinebigirimana5408
3 ай бұрын
Abakobwa bava muri Africa bageze ino iburaya barubaka neza ntakibazo ariko abahungu bava muri Africa bagera iburaya bakigira kibamba, ntibumvako ino abagabo ino batelage, bagahaha, bakamesa, bagakubura munzu, bagakoropa, bagakora akazi kose ko munzu niko tubayeho iburayi, nukuri abahungu b’abanyarwanda n’ababarundi bagerino bikabacanga induru zikavuga urukundo rugapha bien.😂😂😂
@johnbanda2690
3 ай бұрын
Nihatari mungu adusayidiye
@AndreNdayavurwa
3 ай бұрын
wafobaganye ntasimbi nzosubira kura puu
@alanbronzecreations2011
3 ай бұрын
Ntuzongere dore ni wowe wamuhembaga!
@yolo._96
3 ай бұрын
Umukobwa w iwacu muri Edeni🇧🇮😍❤
@HOLDTHELINEE
3 ай бұрын
Ubundi impamvu ituma aba diaspora bashaka abari back in Rwanda or Burundi ni only reason LEVERAGE AND SOMETIMES CONTROL, kumva ko hari ico urusha uwundi niyo karita ikoreshwa gusa banga gushaka abo barikumwe bava hamwe ngo nta bagore canke abagabo barimo just kubera ko ntaco amurasha (nta LEVERAGE yamugiraho) Ariko umuzungu we bamusamira hejuru ntaco bitayeyo.
Hello Dorine nsuka Dradys neza uzaze ngusuke mba Schaerbeek.Merci,bonne journée
@imaginlf
3 ай бұрын
Your number plz nanj mbonereho
@mimiira9382
3 ай бұрын
Hello Jewe ndashaka gusuka pe watanga numéro twakurôderako
@hollasegnor9209
3 ай бұрын
Dude numero twokuronderako
@kellykizzytheboss3891
3 ай бұрын
Love from 🇧🇮
@v.5522
3 ай бұрын
Sabin nta biryo bya 300 rwose bikibaho peee
@schollaschol3948
3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@karoprint-nb7mu
3 ай бұрын
❤❤❤❤
@mutesimarceline8072
3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@IVOMO_TV
3 ай бұрын
Abakobwa Bari i buraya canke abagore baragoye cane... je sais pourquoi...amategeko yiburaya araha inguvu n'ubushobozi bwishi umugore kuburyo vyoroha gusuzugura umugabo..muri ibi bihugu vyacu Rwanda Burundi..umugabo ataronse respect /icubahiro ntashobora kuvyihanganira...risque de divorce iba Nini...canee.
Пікірлер: 62