#Burundi: Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Arabie Saoudite mu Burundi, bakaba baganiriye ku bijanye n'ibikorwa ishirahamwe #OPDDBurundi nko kwitaho amagara meza y'abanegihugu n'iterambere ry'umukenyezi hamwe n'ibindi bikorwa na Fondation Umugiraneza.
- Күн бұрын
Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yahaye umubonano uwuserukira Arabie Saoudite mu Burundi.
- Рет қаралды 1,020
Пікірлер: 1