Ubujuju n bwinshi comedy s uguhatiriza ahubwo ni don kuko ushobora no kuvuga akajambo kamwe ugatwenza abantu iminota 5 min.Example :Nyaxo comedy from Rwanda mushobora kumwigirako
Ibintu vy ubugugu gusa ataco bimaze. Vyoryoha gute atabu serieux buri mwo? Ibigugu gusa bitagir aho bifatiye. Muracar inyuma cane ntaco mwanze. Banze muje mwishure mwige mumeny uko bakina films zubu comedies. Ivyo mukina vy imboregwa mubona birimw iki? Mukubahuk ubugugu nkubwo mugashira kur KZitem? Ahubwo bibaye ngobwa nukuba Reporting kur KZitem company iyi channel iyugare ni mwabandanya mucafuza umwuga wubu comedian nkuko. Dukeneye professionals comedians bakina ivyukuri les rests nukuba Reporting soon as possible company yugare this whole fake channel like this one. Sorry i'm regretting to say this but as my professional specialist in social media, i have to say this : Soon this channel it will be close ni mutahindura mukamenya ko kizira gukinira kur Company like KZitem and all other social media. Thank you.
Пікірлер: 98