Chorale y'Abamama bo ku Rurimbi mu rugendo bagize mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Gatereni mu ntara ya Rutana.
Kurikirana izindi ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Негізгі бет Музыка Urugendo ba bamama b'ababacuraranzi bagize mu ntara ya Rutana | Furaha ya dunia ni fupi sana
Пікірлер: 29