#Burundi: Uruganda #TecooBurundi ruzanye akabirya ku bari basanzwe barangura ama téléphones n'ibindi vyuma vyo mu buhinga bwa none mu makungu. Mashariki TV ibashikana muri urwo ruganda aho umuyobozi warwo Thierry Rukundo atuyagira ido n'ido y'ivyo bakora.
- Ай бұрын
Urwaruka rw'uburundi rurakwiye kwijukira ubuhinga bwa none kugira ruterere mw'iterambere ry'igihugu.
- Рет қаралды 3,422
Пікірлер: 30