Ambassadeur Espérance Ndayizeye arongoye Urwego rw'Igihugu rujejwe gucungera uko ibimenyeshamakuru bikora (CNC), amenyesha KO Urwego CNC ruzokora ivyo rujejwe kugira abajejwe intwaro batahure Uruhara rw'Abamenyeshamakuru mu Gihugu.
- Күн бұрын
Urwego CNC ruramutswa Ambassadeur Espérance Ndayizeye.
- Рет қаралды 23
Пікірлер