Turi hafi gutaha IWACU! Iduzwa ry'Ishengero ribanza kubaho imbere yuko ya numéro 666 ya Antikristo itangura gukoreshwa.
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Негізгі бет Uwadupfiriye kera Araza ari mu bicu|Inzamba igiye kuvuga/Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA
Пікірлер: 37