Wow indirimbo nziza cane ivuga kwera kwimana God bles u my brother mukuwa wangu🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
@user-jq7yn2fv2m
25 күн бұрын
Uhoraho ni mwiza Turamushima tuvuga duti Uhoraho nyene ingabo❤❤🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@christianirakoze5243
4 жыл бұрын
Igihe nikigera ndazi tuzobirirmba vya nyavyo twicaranye na kristo tuvuga ati ur'uwera.thanks Dudu unkoze kumutima
@dafxclass
4 жыл бұрын
Amen, Impano yawe iraduhezegira. Imana ikurindire mu bwiza bwayo.
@jodaalex2611
4 жыл бұрын
One day tuzo contempla ubwiza bw’Imana fully. Iyi ndirimbo tuzoca tuyiririmba gusumba. Merci Dudu
@DuduTNiyukuri
4 жыл бұрын
What a glorious day that would be!! I always Imagine it. 😇😇
@ndayishimiyejonathan1633
4 жыл бұрын
Uruwera yesu wanje. Dudu nkunda umutima wawe vyukuri kuko wubaka ubugingongo bwanje
@nadegemugiraneza3643
4 жыл бұрын
Alléluia Uri Uwera Uhoraho nyene ingabo ntawasa nawe.Dudu thanks be blessed
@fabricemuhanuka4865
4 жыл бұрын
Yesu uri Uwera ur Uwera reka isi y'biyigize vyose n'abayibako bavuge k'ur'Uwera.Ur Mwiza Mwami.Dudu be reblessed i love u so much
@bellan9623
2 жыл бұрын
Ayayayay Impuzu yiwe yuzuye urusengero, ivyaremwe bimutazira 🙌🏾 Uri uwera mwami Yesu 🙌🏾
@freddaizomurera1144
4 жыл бұрын
Uruwera koko YESU, uri mwiza, merci beaucoup Doudou ,guma usigwa amavuta mon frère. 🙏🙏🙏
@rodriguengabirano7209
3 жыл бұрын
Indirimbo z'amavuta gusa Warahezagiwe cane!Umwami Yesu akwongerereze intege mumurimo wo gutazira ukurangura ico waremewe.
@DuduTNiyukuri
3 жыл бұрын
Urakoze cane
@jeanclauderuca3638
4 жыл бұрын
Komeza uturongore mugutazira bro. Iyi ndirimbi iri éternelle no mw'Ijuru izokomeza mugihe izindi zifise iherezo. Sois richement béni mon frère
@thierrygashikanwa2980
3 жыл бұрын
Indirimbo impezagira caaaaaane! Les paroles et la mélodie, l'harmonie de tout, vyose ni top!🙏🙏🙏Yesu abandanye aguhezagira, akwagurire imbibe dans ton ministère!
@jehova-jireirirura2260
4 жыл бұрын
Amen Wera Wera Weraaa ur'Uwera Mwami nyen'ingaboo Isi n'ijuru vyuzuye icubahiro caaaawe mwami
@umwizasoniachrissie2656
4 жыл бұрын
Wera uru Wera,Uhoraho Nyeningabo.Imana ikomez kugukoresh ibikomey,indirimbo zaw ziramfash cane
@jehova-jireirirura2260
4 жыл бұрын
Nguma ngomba kuyumviriza ndayitanguraaa Anoiting song. May God blss u much
@DuduTNiyukuri
4 жыл бұрын
Subira usubire uyumve uko ushaka
@nsabimanalionnel7120
4 жыл бұрын
Holy holy you are holy.... allelujah 😭😭 ntacaha camubonetseko..nubwo twebwe dutakaza ubwizigirwa, we yama arumwizigirwa..
@rashchrisirakoze469
4 жыл бұрын
Ooh iyi ndirimbo irubatse impwemu yanje ! Vyukuri yahumetswe n Imana Mpwemu akomez kuguha izindi mon cher frère Dudu !
@DuduTNiyukuri
4 жыл бұрын
Ameeen
@mrmunathan
4 жыл бұрын
This song blessed my soul since the first day I listened to it, I just can't get enough of it ♥️🙌🙏♥️, so powerful 🙏. May God pour out more blessings & anointing upon you, bro!
@taiamaronko7524
4 жыл бұрын
Uri uwera uwera Asante sana frère Dudu Ni wewe watumye ngira inyota ya Yesu Imana iguhezagire cane ku nyigisho utanga muri music yo gutazira Uhoraho Asante Asante sana muvyeyi mwiza👏👏
@veroniquemaltais1530
2 жыл бұрын
Dudu T. Niyukuri, ta foi me parle: « Que d’amour et d’espérance dans ton chant. » Il renouvelle ma confiance en Dieu: DIEU CRÉATEUR, SAUVEUR, SANCTIFICATEUR. Yahvé ton Dieu est au milieu de toi, héros sauveur! Il exultera pour toi de joie, Il te renouvellera par son amour; il dansera pour toi avec des cris de joie. (Sophonie 3,17)
@DuduTNiyukuri
2 жыл бұрын
Ameeeeen, ndafashijwe cane
@blendacarmellakaze1768
4 жыл бұрын
Uwera, Uwera, Ur'Uwera Uhoraho nyen'ingabo Saint, Saint, Tu es SAINT Eternel des armées 🙌🙌
@aimablecyubahiro1136
4 жыл бұрын
Uruwera yesu weee 🙌🙌🙌
@ghyslaineniragira6621
4 жыл бұрын
Uruweraaa,wera uruwera ,Uhoraho ninyingabooo
@mugishofreddy7436
Жыл бұрын
nzanbe apambola yo papa DUDU
@rachelasmine7980
4 жыл бұрын
Amen amen , mon âme béni l'Éternel car il est ton Dieu , mana uru wera ✨🙌🏼🇧🇮🇧🇮
@aimee-ddushime4237
3 жыл бұрын
Iyi ndirimbo😭😭😭😭😭😭inshikana ahandi hantu waooo IMANA ibandanye igukoresha Dudu👏🏽
Пікірлер: 141