"Uzokwama uri Imana"
Indirimbo isamirana mu mwiza wo kuzazanirwa, ivuga ko Imana idashobora guhindurwa n'ivyo ucamwo.
Nayironse mu nzozi, numva amajwi meza cane aririmbira kure avuga ati:
"Uzokwama uri Imana,
Uzokwama uri Mwiza"
Ntaco wocamwo comuhindura canke comutitura, komeza kumwizera.
Shalom
----------------------------------------
"You will always be God"
A song that rings out from the darkness of confusion, declaring that God cannot be changed by any situation we go through.
I received it in a dream, while I heard beautiful distant voices singing:
"You will always be God,
You will always be good."
No situation could change or distort it, keep believing in Him.
Shalom
Songwriter : Arnaud Robert Nganji
Lyrics : Arnaud Robert Nganji, Nkurunziza Fred, Niragira Floriane
Producer : Boris
Video : Prince Mshind (Igicapo Lens)
Негізгі бет Uzokwama uri Imana by Arnaud Robert & Floriane
Пікірлер: 15