Raba Indirimbo nsha ya Apostle Apollinaire Habonimana kzitem.info/news/bejne/toCisI6Fs2J7inY
@NimukuzeJdeDieu
Ай бұрын
Nitwa Jde Dieu Nimukuze from Rwanda,Apotre na Madame, nukuri mbazi kdi mbakunda kuva kera kubera your song igituma ndirimba,mumbabarire munsengere mubuzima bwange hazemo impinduka kdi ziturutse ku Mana,Amen
Waooooh,whenever I see apostle Appolinaire,I remember the year 1987,been together as young born again boy under the late servant of God Nikiza David,be bless couple Appolinaire.
@irankundaemeryne844
10 ай бұрын
Nta ndirimbo nubu ziraza zinsumbira indirimbo za mbere za Appolinaire. Zifise amajambo akomeye
Amavuta Amavuta Amavuta papa Apotre nukuri indirimbo zanyu zituma twuzutzwa mwarahezagiwe we love you so so much kubagira n’umugisha
@belysebutoyi5658
10 ай бұрын
Thx so much Dada utuzanira abantu dukunda kndi ubikora neza caaane keep up My sis Ndagukundaaaaa saaaan
@egidenikiza8081
16 күн бұрын
Maman wanj ivyo bintu barabimuroze uko nyene mubivuze niko nawe vyagenze... Vyari biteye ubwoba cane, ubu ni muzima ! Ariko yari amerewe nabi cane rwose.
@gracemartine6814
10 ай бұрын
Ubuhamya warabuduhaye Shenge Hobeee From 🇺🇸 Twahuriye muGiterane iChicago
Пікірлер: 55