Yosuwa, murakwiye kuzokwifatanya na mwarimu yitwa ndhaca wo murikenya mugafashanya mukungurana muvyanditswe, mukubomora ububwami bwasatani bwubatswe na Muhammad iciye mucitwa ubwislamu.
@EmilyTembo-pg6tg
25 күн бұрын
Umuntu akuze Biragoye gukura mumutwe ikintu yizejwe kuva mubwana Muhammad si Imana Kandi si shetani Nintumwa y'Imana kora bushakashatsi udatwawe n'amaranga mutima
@banyankirubusamarc1727
24 күн бұрын
@@EmilyTembo-pg6tg Muhammad ntabwo arintumwa y'Imana, n'intumwa ya shetani raba ibitabo icibivuga niho uzomenya kwarintumwa ya shetani nayo nimba udasoma canke basi wumvirize abasoma ivyobigisha kuri Muhammad ivyo yakoze , ntuzoshobora kumenya uvyiwe uzokwama wibaza ngo n'intumwa y'Imana, ariko kamwe muvyo ibitabo yanditse wene bivuga, ngo adamu na eva ntibashoboye kuja gusabira shetani nabana biwe aribo( majini bivuze abadayimoni)ikigongwe ku Mana ngo ni Muhammad ya baslimishije baba aba islamu, Ubu tuvugana satani n'umwislamu ,amajini abadayimoni n'aba islamu, iryo dini iyo nzira niry'Imana? Uribaza nawe wihe inyishu.
@TigerTurki
13 күн бұрын
Kubita utababarira
@afracopmedia
13 күн бұрын
@@TigerTurki MURAKOZE CANE KUBANA NATWE
@Bénigne-k4x
Ай бұрын
YESU N'UMWAMI
@ericciza926
Ай бұрын
U Rabafise2
@afracopmedia
Ай бұрын
@@ericciza926 murakoze cane kudukurikirana
@HategekimanaClaude-z7i
Ай бұрын
Part 2 irihehe?
@RamadhanRutiremaza
Ай бұрын
Ivyakozwe nintumw 3/13 twagiye
@TuyishemezeRachelle
Ай бұрын
Yosuwa bambwirire izontumva.kubita utababarira
@bigirindavyideo8698
13 күн бұрын
Yo mwarabu ari faible cane ntacazi kweri.Imana yaremye umuntu mwishusho yayo none nimba turi mwishosho y Imana kandi tukaba dufise ibihimba vyumubiri none Imana nayo ntibifise?asha nejew nomutsinda
Пікірлер: 62