Burundi Gospel TV
Burundi Gospel TV ni télévision rukristo ikorera ku ma réseaux sociaux : Facebook, Twitter, Instagram na KZitem ndetse ikaba vuba cane yiteguye kugurura website izoba yitwa Burundi Gospel TV.comBurundi Gospel TV ikaba ifise intumbero yo kuvuga ubutumwa bwiza yisunze ijambo ry'Imana riri muri Mariko 16: 15 rivuga ngo " NIMUGENDE MU BIHUGU VYOSE MUBAMBWIRE UBUTUMWA BWIZA "
BGTV dutangaza inkuru nziza tubicishije mu ndirimbo za Gospel, inkuru nziza iyo benshi bita ivugabutumwa (Prédication) ndetse no dutangaza inkuru nziza tubicishije mubindi bikorwa vyose vy'ivugabutumwa canke mubindi bikorwa vyose vya Gospel.
BGTV ifise vision igizwe nibintu bikurikira
- Ni télévision idahagarariye ishengero na rimwe
- Ni télévision idahagarariye k'umuntu n'umwe
- Ni télévision idahagarariye k'umunyepolitike n'umwe
- Ni télévision itagira imbibe
- Ni télévision ikorera ubwami bw'Imana
Mudukeneye mwoturondera kuri izi contact:
Whatsapp: +257 69 249 867
E-mail : [email protected]
- 25:25
- 12 сағат бұрын
Mbega Imana igushingira intahe?/Ni gute dukwiye gutazira - Costa Mitchell
- 1:01:36
- 21 сағат бұрын
Pasteur Denise BUCUMI NKURUNZIZA - TUBE ABIGISHWA BEZA BA KRISTO
- 14:57
- Күн бұрын
Mushimire uhoraho kuko ari mwiza - Ev. Ramadan Yasser
- 18:10
- Күн бұрын
INGANJI WORSHIP TEAM - Ntakintu mfise/Yesu ni wewe nizigira/Koma amashi/Mucunguzi wanje ni muzima
- 18:28
- 14 күн бұрын
Duhungire k'Uhoraho/Uwo musozi ubona imbere yawe ntutume utizera - Ap. Apollinaire HABONIMANA
- 25:16
- 14 күн бұрын
Wendo Dorothée at WORSHIP LIKE NEVER BEFORE - Uri vyose/Yesu mwagazi w'Imana/Wasezeraniye/Ku...
- 25:06
- 21 күн бұрын
Jean Christian IRIMBERE - Ngwino/ Manuka ukore/Ndi hano/ I'm lost without you/ Obligado
- 1:02:57
- 21 күн бұрын
Ubwoko 4 bwo kubohoka/Twirukanye amadayimoni ni kuki tubipublia/Tugire ubwenge - Ap. King Dieudonné
- 1:51:22
- 21 күн бұрын
INYIGISHO Z'ABARIRIMVYI - Umuririmvyi mpimbazaMana isōko ritanga ubuzima - Pst Acher NIYONIZ...
- 35:25
- 28 күн бұрын
Kweger'Imana ni wowe n’Imana s'ukunezeza Pasitori wawe/Dusuzume akanwa kacu ivyo tuvuga...
- 30:02
- Ай бұрын
Ineza yawe Mana ntawoyirondora/Ntayindi ndirimbo/Imvugo yiwe/Mungu mwenye nguvu - GFB WORSHIP TEAM
- 1:20:19
- Ай бұрын
Ibintu 3 bigaragaza imbaraga z'imana - Bishop Dénis
- 1:06:55
- Ай бұрын
ZAO CONCERT with Pastor Stanley NIYONGABO - Nimwumve mbambwire/Ni Yesu wangize kuba umuvandimwe we
- 57:56
- Ай бұрын
Pst. Denise BUCUMI NKURUNZIZA - AZOGARUKA VUBA KANDI IJISHO RYOSE RIZOMWIBONERA/PENTECÔTE N'...
- 56:47
- Ай бұрын
Navyaye nyuma y’imyaka 12 nubatse/Kuba umufasha w’umupasitori n’ukuba umuherezi👉Rév. DOROTHY BALINGA
- 31:50
- Ай бұрын
Moment de Louange et d'Adoration - Nyagasani w'ubwiza/Ni wowe duhungiyeho/Ngiye gukora ...
- 1:06:04
- Ай бұрын
Intahe ya Francine uko yakize Cancer yo muri intestin/Bankorera chimiothérapie 12 narababaye cane😭
- 58:30
- Ай бұрын
FRANCIS DESTIN DEEPER IN RIVER OF WORSHIP LIVE CONCERT👉Papa/Yangize samuragwa/Yanyujuje indirimbo
- 58:13
- Ай бұрын
Пікірлер