#Burundi: General Alain Guillaume Bunyoni haruhande y'ivyaha yapfunzwe yagirizwa n'umushinirizamanza kizigenza wa Republika ngo harabonetse n'ikindi caha co gutunga ibigwanisho birenze ivyo arekuriwe n'amategeko no gutuka Umukuru w'Igihugu. Agnes Bangiricenge umuvugizi wa Sentare ntahinyuzwa yabivuze mu kiganiro catunganijwe n'abavugizi b'inzego za Reta kuri uno wa gatanu i #Muramvya.
- Жыл бұрын
Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.
- Рет қаралды 33,325
Пікірлер: 24