Umushikiranganji w’Ubutungane avuga ko mu Burundi ata banyagihugu bapfunzwe hadakurikijwe amategeko. Ku bwiwe, benshi mu bavugwa usanga barejejwe ariko hakabamwo ukwunguruza urubanza. Izo nsiguro zikaba ziteye isoni ku bw’abize amategeko.
- Күн бұрын
Birababaje kubona umushikiranganji w’Ubutungane ashigikira gupfungira abantu ubusa (ACAT-Burundi)
- Рет қаралды 753
Пікірлер: 1