Bora NJEBARIKANUYE yahisemwo kworora inkwavu mu buryo bwa kijambere kugira ngo ashobore kwishingira akazi inyuma yo kurangiza amashure. NJEBARIKANUYE Bora wo ku mutumba #Ruhagarika Commune #Buganda mu ntara ya #Cibitoke avuga ko intahe yiwe yofasha abakirondera akazi.
#Tuyage #SFCG #Iterambere #UMUKENYEZI
Негізгі бет Bora NJEBARIKANUYE yahisemwo kworora kijambere inkwavu kugira ngo ashobore kwishingira akazi
Пікірлер: 19