#Burundi: Inyuma yo guheza ishure mu gisata gikurikirana ivy'ubuvuzi, ariko akarondera akazi ka Reta ntivyamworohera, yaciye agira inguvu yo guhigisha ico yokora comuteza imbere acahitamwo kworora inkwavu naho yabona ko ibikorwa vyo kworora bikora abashingantahe gusa.
Ivyo vyashikirijwe n'umupfasoni Bora Njebarikanuye yororera ku #Ruhagarika muri komine #Buganda y'intara ya #Cibitoke aho yari yagendewe n'Umukuru w'Igihugu.
Негізгі бет Prezida Neva yagendeye umworozi w'inkwavu wo ku Ruhagarika muri ya komine Buganda.
Пікірлер: 17