Barundi bene wacu twizere IMana niyo izodukura mu kaga turimwo.
@user-hz6wl9ez3q
6 ай бұрын
Pacifique nahora nkwemera muga urashikuje,la première Dame impuzu yambara zirasanzw nta 40 millions urashikuje😂
@arielntwari3826
6 ай бұрын
Ko ubona zisanzwe ndagutahura abantu ntidushima kumwe. Ariko ubwiza ubona sibwo butuma zizimba cank zizimbuka. Raba marque yazo nukuvuga za Gucci Louis Vouiton Versace nizindi ni impuzu zizimvye cane de namafaranga ziguguwa uyasanga hose kuri internet genda wirabire
Пікірлер: 38