Mu gihe himirije amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027, hari imigambwe yidoga ko ata mwidegemvyo ifise mu gutunganya ibikorwa vyayo ku rubuga. Abatumire Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL, Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA na Francis Rohero aramutswa umugambwe FPI baravuga uko babona ibijanye n'umwidegemvyo w'imigambwe hamwe n'icokorwa kugira icuka kibe ciza.
- 4 ай бұрын
Ku nama: Hokorwa iki kugira amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027 azobe ayizewe na bose?
- Рет қаралды 205,224
Пікірлер: 234