#Burundi: Abana bagera kuri mirongo itandatu n'umwe ni bo barerewe muri #Maison_Iratabara yo mu ntara ya #Rutana kandi iryo rerero rikaba ririko riragura mu kwubaka iyindi nyubakwa inyuma y'abagiraneza babaterereye. Désiré Ndagijimana arongoye iryo rerero akaba ashima avuga intambwe ikigo kigezeko ndetse ashimira abariko baritanga mu kubaha ubufasha bugiye butandukanye.
- 14 күн бұрын
Désiré Ndagijimana areze abana barenga 60 asaba abafise umutima wo gufasha kumuba hafi.
- Рет қаралды 947
Пікірлер: 6